News and Media: Disaster 4720

Press Releases & Fact Sheets

24

Nimba inzu yawe yarononekaye kubera imyuzure iheruka gushika mu mucungararo wa Vermont ariko ushobora gukomeza kuyibamwo mu mutekano, Ikigo FEMA kirashobora gutanga gushika ku madorari ya Amerika 300 yo gufasha mu gukora isuku. Iyo mfashanyo ijanye n’isuku yo gufasha abafise amazu n'ababapanga amazu guhangana n’ingoga kwandukirwa bitewe n’amazi ahumanye y'umwuzure mu ntumbero yo kwirinda ibindi bintu vyokwononekara hamwe n'ibibazo vy’umutekano.
illustration of page of paper Press Release |
Niba inzu yawe yararengewe n’umwuzurira, ifira rirashobora kuba rihari kandi rirashobora kwonona amagara. Urashobora kubona cyangwa kumva ububabwe bw’ifira ku mpuzu mpome canke ku bikoresho byo mu mazu, kandi rirashobora kwihisha hasi cyangwa inyuma y’ibintu nk’ibisaswa, ibikoresho cyangwa impome. Kwumutsa inzu yawe no gukuraho ibintu vyononwe n’amazi ni igikorwa c’ingenzi co gusanasana ivyononwe n’ifira.
illustration of page of paper Fact Sheet |
Ikigo kijewe gucunga ibiza kizokwugurugwa muri Londonderry kw’igenekerezo rya 28 ukwezi kwa Mukakaro kugira bifashe abatuye mu gace ka Vermont basinzikajwe n’imyuzurira bagafashwa guhangana n’inkurikizi zayo, Ikigo kijejwe gufasha, gihurikiye hamwe, ikigo cyashyizweho mu kiringo gitoya  ku bufashanye bw’imicungararo ya Londonderry,  Reta ya Vermont n’Ikigo co gucunga ibiza FEMA, kizofasha abarokotse mugusaba ubufasha bw’Ikigo FEMA, gushira ku mbuga ngurukanabumenyi impapuro zikenewe kugira ngo basabe  no kwishura ibibazo kuri buri umwe wese .
illustration of page of paper Press Release |
Imfashanyo ya Reta ubu irahari kugira ngo ifashe abantu bo mu micungararo yiyongeraho wa Vermont kubera basizwe iheruheru n’imiyaga ikabije, umwuzure, kugwa kw’imisozi n'ibihuhusi vyabaye kuva kw’igenekerezo rya 7 Mukakaro 2023 kandi ikaba ikibandanya.
illustration of page of paper Press Release |
Imirwi ya FEMA y’ubufasha bw’abarokotse mu mpanuka bagiye guca kunzu kunzu mu miryango ya Vermont, barashobora kuzunguruka uburere bagafasha abahaba basinzikajwe n’imyuzure mu kwiyandikisha gusaba ubufasha bwa FEMA.
illustration of page of paper Press Release |

PDFs, Graphics & Multimedia

View the Disaster Multimedia Toolkit for social media and video content to help communicate about general disaster recovery.

No files have been tagged with this disaster.