alert - warning

This page has not been translated into Kirundi. Visit the Kirundi page for resources in that language.

Fact Sheets

Iyo usavye imfashanyo mu gihe c'ibiza, FEMA itegerezwa kwemeza umwidondoro kugira yemeze ko uronse imfashanyo ukwiye kuronka. Mu gihe Ikigo FEMA kidashobora kwemeza amakuru akwerekeye biciye mu mpapuro za Reta, woshobora gusabwa gushikiriza izindi mpapuro.

illustration of page of paper Release Date:

Ikigo FEMA kirakunda kumenyesha abarokotse Ibiza biciye mu Rwego rwa Amerika(USBA) rujejwe amashirahamwe y'urudandazwa ruto (SBA) kugira ngo basabe ingurane y'ibiza ku nyungu nkeya. Ingurane z'ibiza ni igice gihambaye c'imfashanyo ya Reta, kandi irashobora gufasha abafise amazu, abakotesheje, abadandaza b'ubwoko bwose hamwe n'amashirahamwe amwamwe adaharanira inyungu kunagura ubutunzi.

illustration of page of paper Release Date:

Ba nyene n'abapanga amazu baba muri Vermont mu micungararo ya Caledonia, Chittenden, Lamoille, Orange, Orleans, Rutland, Washington, Windham na Windsor basinzikajwe imiyaga ikabije, n’ibihuhusi, umwuzure gusiduka kw’imisozi no gusenyuka kw’ivyondo vyabaye guhera kw'igenekerezo rya 7 Mukakaro 2023, no kubandanya bagenewe imfashanyo y’Ikigega FEMA igenewe ivyo umuntu afise ku igiti ciwe vyononekaye hamwe n'ibindi bikenera amafaranga bikwije ibisabwa.

illustration of page of paper Release Date:

Kwiyandikishiriza mu kurondera imfashanyo y’Ikigo FEMA igenewe abasinzikajwe n’ibiza ntibizogira ico bihindura ku zindi mfashanyo za Reta.

illustration of page of paper Release Date:

Ikigo ca FEMA kirashobora gutanga ubwoko bubiri bw’imfashanyo inyuma y’itangazo ry’umukuru w’igihugu rijanye n’ibiza. Imfashanyo k’umuntu ku giti ciwe n’imfashanyo ya rusangi. Imigambi yompi itegwa inkunga yigenga kuri buri umwe umwe kandi igambiriye kugirira akamaro abantu ku giti cabo n’abanyagihugu muri rusangi mu buryo butandukanye.

illustration of page of paper Release Date:

Imfashanyo zirahari kugira ngo zifashe abantu bafise amazu canke imitungo yabo vyononekaye kubera imiyaga ikabije, umwuzure, kugwa kw’imisozi n'ibihuhusi vyabaye mu micungararo icenda: Caledonia, Chittenden, Lamoille, Orange, Orleans, Rutland, Washington, Windham na Windsor. Ikigo FEMA ni ishirahamwe, riha abarokotse uburyo bwinshi bwo gusaba ubufasha no gukorana n’umuntu userukira FEMA ku bibazo vyabo.

illustration of page of paper Release Date:

Niba inzu yawe yararengewe n’umwuzurira, ifira rirashobora kuba rihari kandi rirashobora kwonona amagara. Urashobora kubona cyangwa kumva ububabwe bw’ifira ku mpuzu mpome canke ku bikoresho byo mu mazu, kandi rirashobora kwihisha hasi cyangwa inyuma y’ibintu nk’ibisaswa, ibikoresho cyangwa impome. Kwumutsa inzu yawe no gukuraho ibintu vyononwe n’amazi ni igikorwa c’ingenzi co gusanasana ivyononwe n’ifira.

illustration of page of paper Release Date:

E kākoʻo o FEMA Kakoʻo Lehulehu Hoʻohaʻalele a Ulia Pōpilikia i nā aupuni hoʻopā ʻia i nā hoʻopōʻino a me haku mokuʻāina aupuni i ka haʻawa aku ʻana i ka mea pono ola a kōkua i nā poʻe hoʻopā ʻia i ka pōʻino/mea hoʻohaʻalele a me kā lākou hānaiahuhu hale a me holoholonā kōkua. Kākoʻo Lehulehu Hoʻohaʻalele hōʻike aku i ke kākoʻo i nā ʻano o ʻike loea, hoʻolaukaʻi, launa ʻōlelo, a me mea pono i hoʻomaopopo ai.

illustration of page of paper Release Date: