News and Media: Disaster 4720

Press Releases & Fact Sheets

24

Ikigo FEMA, gifadikanije n'intara ya Vermont, kiriko kirondera abakozi b’abanyagihugu bo muri iyo ntara mu ntumbero yo gufasha mu gusubirana inyuma y’imyuzure, ibihuhusi, gusiduka kw’imisozi n'ugusegenyuka kw’ivyondo vyabaye mu kwezi kwa Mukakaro.
illustration of page of paper Press Release |
Iyo usavye imfashanyo mu gihe c'ibiza, FEMA itegerezwa kwemeza umwidondoro kugira yemeze ko uronse imfashanyo ukwiye kuronka. Mu gihe Ikigo FEMA kidashobora kwemeza amakuru akwerekeye biciye mu mpapuro za Reta, woshobora gusabwa gushikiriza izindi mpapuro.
illustration of page of paper Fact Sheets |
Ikigo FEMA kirakunda kumenyesha abarokotse Ibiza biciye mu Rwego rwa Amerika(USBA) rujejwe amashirahamwe y'urudandazwa ruto (SBA) kugira ngo basabe ingurane y'ibiza ku nyungu nkeya. Ingurane z'ibiza ni igice gihambaye c'imfashanyo ya Reta, kandi irashobora gufasha abafise amazu, abakotesheje, abadandaza b'ubwoko bwose hamwe n'amashirahamwe amwamwe adaharanira inyungu kunagura ubutunzi.
illustration of page of paper Fact Sheets |
Ikigo kijejwe gukinga Ibiza kizotangura gukora kw'igenekerezo rya 4 Myandagaro i Springfield kugira gifashe abanyagihugu bo muri Vermont bagizweho ingaruka n'imyuzure gutangura kwisuganya. Ikigo gishinzwe gukinga ibiza gihurikiye hamwe (DRC), ikigo c'igihe gito cashinzwe mu bufatanye hagati ya Springfield, Reta ya Vermont n’Ikigo FEMA, rizofasha abarokotse gusaba imfashanyo y’Ikigega FEMA, kurungika inyandiko ku rubuga ngurukanabumenyi no kwishura ibibazo imbonankubone.
illustration of page of paper Press Release |
Ikigo kijejewe gucunga ibiza (DRC) cugurura isaha zibiri zo mu gatondo (8h00 a.m) muri Barton mu micungararo ya Orleans kw’igenekerezo rya 3 ukwezi kwa Myandagaro kugira bifashe abatuye mu gace ka Vermont bahuye n’imyuzure, bagafashwa guhangana n’inkurikizi zayo, Ikigo kijejwe gucunga ibiza (DRC), gihurikiye hamwe, ikigo cashyizweko mu kiringo gitoya ku bufatanye bw’imicungararo ya Barton, Reta ya Vermont n’Ikigo co gucunga ibiza (FEMA), bizofasha abarokotse mugusaba ubufasha bw’Ikigo FEMA, gushira ku mbuga ngurukanabumenyi impapuro zikenewe kugira ngo basabe no kwishura ibibazo kuri buri umwe wese.
illustration of page of paper Press Release |

PDFs, Graphics & Multimedia

View the Disaster Multimedia Toolkit for social media and video content to help communicate about general disaster recovery.

No files have been tagged with this disaster.