DR-4615-NY Kirundi News Releases and Fact Sheets

Imfashanyo ya FEMA Ishobora Gufasha Gukora canke Gusubiriza Ivyuma Bishusha Amazi Munzu

Uri mwen’inzu yaronse imfashanyo ya FEMA yo gusanura inzu? Munyuma waratoye ko icuma gishusha amazi cononywe n’Igihuhusi Ida? Hamwe icuma gishusha amazi coba kitarishwe na asiranse yawe, FEMA ishobora kugikoresha canke ikagisubiriza. Ariko utegerezwa kubishikiriza FEMA mu rwandiko no gushiramwo amarisiti yerekana urugero rw’ivyosubigwamwo.

English Fact Sheet: FEMA Assistance Can Help Repair or Replace Furnaces | https://www.fema.gov/fact-sheet/fema-assistance-can-help-repair-or-replace-furnaces

Mwirinde Forode n’Abanyoni

Inyuma y’ikiza, abanyoni, abasuma b’ivyangombwa n’izindi nkozi n’ikibi kenshi bahita bikika mukiza ngo bibiremwo abarokotse ikiza. Abakozi b’ibiro vya Leta vyitaho ivyago vya bukwi na bukwi basaba abanyagihugu kuba maso no gutanga raporo n’igikorwa cose giteye amakenga.

English Fact Sheet: Beware of Fraud and Scam Artists | https://www.fema.gov/fact-sheet/beware-fraud-and-scam-artists-2

Abapanze Inzu Bashobora Kuronka Imfashanyo Ihabwa Abagize Ivyago

NEW YORK -- Imfashanyo ya Leta ku bahuye n’ivyago ntabwo ari iy’abafise amazu yabo gusa. Iratangwa kandi kubapanze amazu babikwiye, kandi ishobora gufasha kuriha ibiloresho vyo munzu nk’itebe, ibitanza, imeza, ibikoresho bijanye n’akazi, gukoresha imodoka, n’amatike yo kwa muganga aturutse ku vyago.

English News Release: Renters May Be Eligible for Disaster Assistance - https://www.fema.gov/press-release/20210930/renters-may-be-eligible-disaster-assistance

Language: Kirundi

Last updated